Ubwo ubuzima abakristo babayemwo burerekana ko ari abantu bazi ubukuru bw’Imana?

Umuririmyi NYABENDA Cyriaque aganira n’ikinyamakuru Umwungere News ku majambo  “ ivyo ukora vyose birahambaye”  umutwe w’ indirimbo nshasha agiye gushira ahabona, avuga ko kenshi abantu barizera Imana ariko uravye uko babaho ukamenga barakekeranya kwishobora vyose.  Muri ico kiganiro uyo muririmyi aririmba indirimbo mpimbazamana agira ati : “ Mu kibano cacu, imvugo n’ibikorwa biranga abizera birakwiye … Lees meer Ubwo ubuzima abakristo babayemwo burerekana ko ari abantu bazi ubukuru bw’Imana?