Ni gute umurongozi akwiye kubera akarorero abo arongoye?
Mw’ihuriro ryitiriwe EHAD CONFERENCE ririko ribera ku cicaro c’Ishengero El Shaddai i Bujumbura mu Burundi, mu cirwa ca mbere ciswe ” Ibisikanya ry’uburongozi hagati y’urunganwe k’urundi “, abigisha bagiye bigisha kuri iki cirwa baravuga ko umuntu adahoraho, akwiye gutegura neza abazomusubirira mugihe atazoba akihari. ” Umurongozi akwiye kumenya ko umunsi umwe azosubirizwa. Ivyo bituma amenya … Lees meer Ni gute umurongozi akwiye kubera akarorero abo arongoye?
Kopieër en plaas die URL in jou WordPress webwerf om dit in te sluit
Kopieër en voeg kode tot jou webwerf in dit in te sluit