“Menya amabanga yose yabera kwa Zebiya Ngendakumana i Businde mu Kayanza”
Ntankeka mu myaka ya 2008 gushika 2015 mwarumvise inkuru y’umwigeme bita Zebiya w’I Businde mu ntara ya kera ya Kayanza, aho vyavugwa ko yabonekewe n’Imana, mbere abantu benshi bakava mu mihingo itandukanye baja gusengera aho yasengeshereza abantu. Leta y’uburndi ico gihe yarakoze ibishoboka vyose kugira babuze abantu kuja gusengera aho hantu mbere bamwe no gupfungwa … Lees meer “Menya amabanga yose yabera kwa Zebiya Ngendakumana i Businde mu Kayanza”
Kopieër en plaas die URL in jou WordPress webwerf om dit in te sluit
Kopieër en voeg kode tot jou webwerf in dit in te sluit