INGO [Ubwo ingo nyishi zibayeho zifise ibibazo zoba zibayeho zitari mu bugombe bw’Imana?]
Hari abantu bashobora kuba bibaza ko kuba hari ingo ziri mu bibazo ari uko izo ngo zibayeho zitari mu bugombe bw’Imana. Umupfasoni w’uwahoze arongoye igihugu c’Uburundi Pasteur Denise Bucumi NKURUNZIZA mu ntahe y’igice ca kabiri c’ubuzima bwiwe, araduha umuco aho avuga ko bishika n’ingo ziri mu bugombe bw’Imana zishobora guca mu bibazo. Agira ati: ” Umushingantahe … Lees meer INGO [Ubwo ingo nyishi zibayeho zifise ibibazo zoba zibayeho zitari mu bugombe bw’Imana?]
Kopieër en plaas die URL in jou WordPress webwerf om dit in te sluit
Kopieër en voeg kode tot jou webwerf in dit in te sluit