Saterdag, November 22, 2025
spot_img
HomeIbindiImbere yo gutanga ishikanwa (ivy'ijiranywe) tube tubanza kuraba neza ko dufise imigenderanire...

Imbere yo gutanga ishikanwa (ivy’ijiranywe) tube tubanza kuraba neza ko dufise imigenderanire myiza n’Imana

Ayo n’amwe mu majambo yavuzwe kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 2 Munyonyo mw’Inshengero Méthodiste Libre-Paroisse Carama Gahahe, Rév.Pasteur Boniface NDAYIRAGIJE avuga kw’ibanga riri mugutanga ishikanwa ko aba kristo dushobora gutanga ishikanwa ariko ritemerwa n’Imana

Rév.pasteur BONIFACE
Rév.pasteur BONIFACE

Rév. Pasteur Boniface NDAYIRAGIJE asanzwe arongoye iyo Paroisse
agira ati : “ Umuntu ukunda umuha ivyagaciro, gutanga sikugira abantu bakubone ahubwo n’ukwitahura ukamenyako ivyo ufise vyose ko Imana ariyo yabiguhaye kandi arivyayo,rero dutange tutagoberewe ariko mu gihe cose twiyumviriye gutanga ishikanwa tubanze twisuzume turabe ko imigenderanire yacu n’Imana ari myiza, niho ishikanwa ryacu rizoyihimbara gutyo ikatugomororera imigisha nk’uko yabidusezeraniye.

⛪ Amakoraniro akaba yari yatewe iteka n’umwepiscopi w’ishengero Méthodiste Libre mu Burundi, Bishop Déogratias NSHIMIYIMANA, Ayo makoraniro yarangijwe nokuja ku meza y’umwami.

RELATED ARTICLES

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here

- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments