Kuri uyu w’Imana , igenekerezo rya 14 Nyakanga 2025, mu gikorane c’ivugabutumwa cari kimaze iminsi kibera mw’ishengero Pentecôte Misiyoni Kiremba mu ntara ya Burunga, niho haba igenwa rya Eliachim NIRIKANA nk’umwungere (wa mbere) mukuru w’iyo Misiyoni. Ni inyuma y’aho CEPBU (Communauté des Eglises Pentecôtes du Burundi) igaragarije amakenga yayo mu bijanye n’itunganywa ryo gutora umurongozi … Lees meer Igenwa rya Eliachim NIRIKANA nk’umwungere mukuru aramutswa Misiyoni ya Kiremba ryoba ryakiriwe gute n’abagize ishengero rya pentecôte mu Burundi ?
Kopieër en plaas die URL in jou WordPress webwerf om dit in te sluit
Kopieër en voeg kode tot jou webwerf in dit in te sluit