ETS-Kamenge: Abanyeshule 19 nibo bemeye kwakira Yesu nk’Umwami n’Umukiza mu bugingo bwabo

Kuva kw’igenekerezo rya 15 Nyakanga 2025 mu kigo c’ishure ry’ubuhinga ETS Kamenge risanzwe rifise uburaro (internat), bamwe mu banyeshure bakijijwe basanzwe bari mu murwi w’ivugabutumwa (Club d’évangélisation) kuri iryo shule   baratunganije isekeza ry’ivugabutumwa muri ico kigo, rikaba ritegekanijwe kumara indwi yose, uhereye kw’igenekerezo rya  15 gushika 19 Nyakanga 2025. Chris-Bright Ininahazwe aramutswa uwo murwi yabwiye … Lees meer ETS-Kamenge: Abanyeshule 19 nibo bemeye kwakira Yesu nk’Umwami n’Umukiza mu bugingo bwabo