Abakozi b’Imana baratandukanye ariko  bose ihangiro ni rimwe. 

Kuri uyu wa 18 Myandagaro 2025, mu kiganiro  Pasitori Eric Ndayikengurutse arongoye Ishengero El Shaddai ry’i Bujumbura yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru mu ntumbero yo kumenyesha ihuriro ry’amashengero ritegekanijwe gutangura kuri uyu wa 19 rirangire kw’igenekerezo rya 22 Myandagaro 2025, yamenyesheje ko ubumwe mu budasa, ari iciyumviro Imana yahaye abakozi b’Imana bakorera mu mashengero atandukanye co gukorera … Lees meer Abakozi b’Imana baratandukanye ariko  bose ihangiro ni rimwe.